Luka 20:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Hanyuma Yesu acira umugani abari aho, avuga ati: “Habaye umuntu yarimye uruzabibu, hanyuma aruzeza abarimyi, afata urugendo rwa kure, amarayo igihe kinini. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Atangura gucira abantu uyu mugani, ati Hābaye umuntu yateye uruzabibu, arusigarana abarimyi, aja mu mahanga, amaray’ igihe kirekire. Viz kapitola |