Luka 20:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Nitwavuga tuti: ‘Wavuye ku bantu,’ abantu bose baradutera amabuye kuko baremera ata gukekeranya ko Yohana yari uwuvugishwa n’Imana.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ariko ni twavuga tuti Ni mu bantu, abantu bose baradutera amabuye, kuko bemeye badakekeranya yuko Yohana yavugishwa n’Imana. Viz kapitola |