Luka 20:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Bamwe mu bigisha b’ivyagezwe barishura bati: “Uvuze neza, Mwigisha.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Bamwe mu banyabgenge b’ivyanditswe baramwishura, bati Mwigisha, uvuze neza. Viz kapitola |