Luka 20:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Vyongeye ntibazoba bagipfa, kuko bazoba bameze nk’abamarayika. Ni abana b’Imana, kuko ari abana b’ukuzuka. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 kandi ntibaba bagishobora gupfa, kuko baringaniye n’abamarayika, kand’ ar’ abana b’Imana, kukw ar’ abana b’ukuzuka. Viz kapitola |