Luka 20:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 n’uwa gatatu bigenda uko, gushika no ku w’indwi bose biba nk’uko, bapfa ata wusize umwana. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 n’uwa gatatu nyene, nuko bose ukw ar’indwi baramucūra, bapfa badasize impfuvyi. Viz kapitola |