Luka 20:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Ntibabaye bagishobora kumufatira ku vyo avuga ku mugaragaro, ahubwo batangajwe n’inyishu yiwe, baca barahora. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Ntibāshobora gukūra urwitwazo mur’ ayo majambo imbere y’abantu, batangazwa n’ivyo abishuye, barahora. Viz kapitola |