Online Bible

- Reklamy -




Luka 20:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Hanyuma arungika uwundi mukozi, na we nyene baramutuka, baramukubita, bamurungika iminwe misa.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Yongera gutuma uwundi mukozi; uwo na we baramushishagura, baramutetereza, bamurungika gusa.

Viz kapitola kopírovat




Luka 20:11

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy