Luka 2:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Uwo mwana arakura, arakomera, agwiza ubwenge, kandi ubuntu bw’Imana bwari kuri we. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Kand’ uno mwana arakura, agwiza inkomezi, yuzuzwa ubgenge, ubuntu bg’Imana bgari kuri we. Viz kapitola |