Luka 2:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Iki ni co kizobabera ikimenyetso: muzosanga uruyoya ruzingiriweko impuzu, ruryamitswe mu bwato inka ziriramwo.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Iki ni co kimenyamenya canyu, murasanga umwana w’uruyoya azingiriwekw impuzu y’uruyoya, aryamitswe mu bgato bg’inka. Viz kapitola |