Luka 19:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Nuko ariruka yurira igiti c’umusukomora cari i ruhande y’inzira, kuko ari ho Yesu yagira ace. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Arirukanga, aja imbere, yūrira igiti citwa umusukomora ngw amurābe, kuko yagira ace mur’ iyo nzira. Viz kapitola |