Online Bible

- Reklamy -




Luka 19:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 ni kuki utajanye amahera yanje ku bayadandarisha kugira ngo ngarutse ndonke amahera yanje n’inyugu yayo?’

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 none se n’iki cakubujije guha abacurūza amahera yanje, nanje nagaruka nkayakwaka n’inyungu yayo?

Viz kapitola kopírovat




Luka 19:23

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy