Luka 19:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Aca amubwira ati: ‘Wakoze neza, mukozi wanje mwiza. Ko wabaye umwizigirwa muri bike, ndaguhaye kuganza ibisagara cumi.’ Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Aramubgira, ati Wagize neza, muntu wanje mwiza, ko wabaye umwizigirwa no kuri gito cane, n’ube umutware w’ibisagara cumi. Viz kapitola |