Luka 18:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Vyokworoha ko ingamiya ica mu gatoboro k’urushinge rubarira kurusha ko umutunzi yinjira mu Bwami bw’Imana.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Kukw icoroshe ar’ ingamiya guca mu zuru ry’urushinge biruta umutunzi ko yinjira mu bgami bg’Imana. Viz kapitola |