Luka 18:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Ndababwire ukuri, umuntu wese atakira Ubwami bw’Imana nk’umwana muto ntazokwigera abwinjiramwo.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Ndababgire ukuri: Ūtazokwākīra ubgami bg’Imana nk’umwana muto ntazobginjiramwo na gatoya. Viz kapitola |