Luka 18:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Ariko Yesu asaba ko babamuzanira, abwira abigishwa biwe ati: “Nimureke abana baze aho ndi, ntimubabuze, kuko Ubwami bw’Imana ari ubw’abameze nka bo. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Maze Yesu arabahamagara, ati Ni mureke abana bato baze aho ndi, ntimubabuze: kuk’ ubgami bg’Imana ar’ubg’ abameze bartyo. Viz kapitola |