Luka 18:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Nisonzesha kabiri mu ndwi, kandi ntanga ikigiracumi c’ivyo ndonka vyose.’ Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Mu misi ndwi yose nisonzesha kabiri, ntanga ikigiracumi c’ivyo ndonka vyose. Viz kapitola |