Luka 18:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Yesu aca abacira umugani, kugira ngo abereke ko bakwiye kwama basenga, ntibadendebukirwe. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Abacira umugani wo kubigisha ko bakwiye guhora basenga, ntibarambirwe, Viz kapitola |