Online Bible

- Reklamy -




Luka 17:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Bararya, baranywa, bararongora, bagashingiza, gushika umusi Nowa yinjiye mu bwato, maze umwuzure ukaza ukabatikiza bose.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 bārarya, bāranywa, bārarongora, bārashingira, bageza kuri wa musi Nowa yinjiye muri bga bgato, umwuzure ukaza ukabahonnya bose.

Viz kapitola kopírovat




Luka 17:27

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy