Online Bible

- Reklamy -




Luka 16:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Umugabo yirukanye umugore wiwe hanyuma akarongora uwundi mugore aba asambanye, kandi umugabo arongoye umugore yahukanye aba asambanye.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Umuntu wese yirukana umugore wiwe, akābīra uwundi, aba asambanye; kandi n’uwābīra umugore yahukanye n’umugabo wiwe aba asambanye.

Viz kapitola kopírovat




Luka 16:18

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy