Luka 16:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 None mutabaye abizigirwa mu vy’ubutunzi bwa hano kw’isi, ni nde yobazeza ivy’ubutunzi nyakuri? Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Namba mutabaye abizigirwa kw itunga ribi mubīkijwe, ni nde azobabītsa itunga nyaryo? Viz kapitola |