Luka 15:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Nuko afata akayira aja kwa se. Akiri kure, se aramubona, afatwa n’ibigumbagumba, ariruka aja kumusanganira, aramugumbira, aramusomagura. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Ava hasi, aja kwa se. Se amubona akiri kure, amutera akagongwe, arirukanga, amugwa mw izosi, aramugumbira. Viz kapitola |