Luka 15:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Uwo muhungu arasonza gushika aho yipfuza ivyokurya vy’ingurube, ariko na vyo nta n’umwe yabimuha. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Yifuza guhāzwa n’ibishishwa ingurube zārya, ntihāgira ūmunūtsa. Viz kapitola |