Luka 15:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Amaze gusesagura bwa butunzi bwose, haca hatera amapfa muri ico gihugu, maze wa muhungu arakena. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Abimaze vyose, ikigoyi gikomeye gitera mur’ ico gihugu, atangura gufutana. Viz kapitola |