Online Bible

- Reklamy -




Luka 14:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Ariko nibagutumira, uze uhitemwo icicaro c’inyuma kugira ngo nyene urubanza abe ari we aza akubwire ati: ‘Mugenzi, kaze mu cicaro c’imbere.’ Ico gihe uzoba utewe iteka imbere y’abandi batumire bose.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Ariko ni watorwa, ugende, wicare inyuma y’abandi bose, kugira ng’uwagutoye aje, akubgire, at’ Igira ino haruguru mugenzi; ni ho uzobona icubahiro imbere y’abo mwicaranye musangira bose.

Viz kapitola kopírovat




Luka 14:10

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy