Luka 13:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Avuze ivyo, abamugwanya bose baramaramara. Ariko abandi bose bari banezerejwe cane n’ibitangaza yariko arakora. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Akivuga ivyo, abamurwanya bose baramāramāra, ishengero ryose rinezererwa ivyiza vy’agahebuza yakora vyose. Viz kapitola |