Online Bible

- Reklamy -




Luka 13:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Bamwe mu bari ngaho baca babwira Yesu inkuru y’abantu b’i Galilaya Pilato yishe akavanga amaraso yabo n’ay’ibimazi bariko baratanga.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Ico gihe abantu bār’ aho bamwīgānira ivy’ Abanyagalilaya, abo Pilato yavanganije amaraso yabo n’ibimazi vyabo.

Viz kapitola kopírovat




Luka 13:1

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy