Online Bible

- Reklamy -




Luka 12:54 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

54 Yongera abwira isinzi ry’abantu bari aho ati: “Iyo mubonye igicu kivuye mu burengero, ubwo nyene muca muvuga muti: ‘Imvura igira igwe,’ kandi biba uko nyene.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

54 Kand’ abgira ishengero, at’ Iyo mubonye igicu kivuye i burengerazuba, muca mugira ngw Imvura iraguye; kandi ni ko biba.

Viz kapitola kopírovat




Luka 12:54

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy