Luka 12:52 - Bibiliya mu Kirundi coroshe52 Uhereye ubu, mu muryango w’abantu batanu bazocanamwo, batatu bagwanye babiri, babiri bagwanye batatu. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)52 Ndababgire, si ko biri, ariko naje kuzana umucano. Kuk’ uhereye none hazobaho batanu mu nzu imwe batandukanye, batatu na babiri, na babiri na batatu. Viz kapitola |