Luka 12:51 - Bibiliya mu Kirundi coroshe51 Mbega mwiyumvira ko naje kuzana amahoro kw’isi? Haba na mba! Ahubwo naje gutuma abantu bacanamwo. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)51 Mbega mwiyumvira ko naje kuzana amahoro mw isi? Viz kapitola |