Luka 12:46 - Bibiliya mu Kirundi coroshe46 Shebuja azoshika umusi uwo mukozi atari yiteze ko ashikirako, no kw’isaha atazi. Azomuhimbagura hanyuma amusangize ikibanza n’abatizera. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)46 shebuja w’uwo mushumba azoza ku musi atamwiteze, no mu gihe atazi, azomucamwo kubiri, amusangize umugabane wiwe n’abatizera. Viz kapitola |