Online Bible

- Reklamy -




Luka 12:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Nimwitegereze ingene amashurwe yo ku misozi akura. Ntakora kandi ntajisha impuzu. Ariko ndababwiye ko na Salomo ubwiwe mu cubahiro ciwe cose atigeze ashaza nka rimwe muri yo.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Ni mwitegereze amashurwe, ingen’ akura: ntiyīrirwa aratama, ntajisha impuzu: ariko ndababgire: Na Salomo mu bgiza bgiwe bgose ntiyar’ ashajije nka rimwe mur’ ayo.

Viz kapitola kopírovat




Luka 12:27

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy