Luka 12:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Kandi umuntu wese atuka Umwana w’Umuntu azobiharirwa, ariko uwutuka Mpwemu Yera ntazobiharirwa. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Kand’ umuntu wese azodedemba ku Mwana w’umuntu, azobiharirwa; arik’ ūzorogota kuri Mpwemu Yera ntazobiharirwa. Viz kapitola |