Luka 11:48 - Bibiliya mu Kirundi coroshe48 Muri ivyabona kandi mwemezanya n’ivyo ba sogokuruza banyu bakoze; bo bishe abavugishwa n’Imana, namwe mububakira imva. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)48 Uko ni ko mwiyagirije, kandi mwemeye ivyo ba sogokuruza banyu bākoze, kukw ari bo bābīshe, namwe mububakira imva. Viz kapitola |