Luka 11:47 - Bibiliya mu Kirundi coroshe47 Muzobona ibara kuko mwubakira imva z’abavugishwa n’Imana, kandi ari ba sogokuruza banyu babishe. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)47 Muzobona ibara, kuko mwubakira imva z’abāvugishwa n’Imana, ba sogokuruza banyu ari bo bābīshe. Viz kapitola |