Luka 11:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe44 Muzobona ibara kuko mumeze nk’imva zitaboneka, abantu bakazicako batabizi.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)44 Muzobona ibara, kuko musa n’imva zitamenyekana, abantu bakazicako batabizi. Viz kapitola |