Online Bible

- Reklamy -




Luka 11:42 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

42 Muzobona ibara yemwe Bafarisayo, kuko mutanga ikigiracumi kuri vyose, gushika no ku mboga zo mu matongo yanyu, ariko mukirengagiza guca imanza zibereye, no gukunda Imana. Mwari mukwiye gutanga ico kigiracumi, n’ivyo bindi mutavyirengagije.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

42 Ariko muzobona ibara, Bafarisayo, kuko mutanga ikigiracumi c’imbgija n’isogi n’imboga zose, ariko guca izibereye no gukunda Imana mukavyirengagiza. Ivyo mwari mukwiye kubikora, vya bindi na vyo ntimubireke.

Viz kapitola kopírovat




Luka 11:42

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy