Luka 11:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe41 Nuko rero nimuhe aboro ku vyo mufise, maze ibindi vyose kuri mwebwe bizoba bihumanuwe. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 Ariko mutange ibir’ imbere mu gikombe no mu nkōko mubitangishijwe n’ubuntu, kand’ umve, vyose bizobabera ibiziruwe. Viz kapitola |