Online Bible

- Reklamy -




Luka 11:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 Nta muntu yodomeka itara ngo aheze arihishe canke ngo aryubikeko igiseke. Ariko arishira ku giterekwako itara kugira ngo riboneshereze abinjira mu nzu bose.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Nta wodomeka itara ngw arishire mu mwobo, canke ngw aryubikekw igisimbo, arikw arishira ku gitereko caryo, ngw abinjira basange habona.

Viz kapitola kopírovat




Luka 11:33

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy