Online Bible

- Reklamy -




Luka 11:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Nimba Satani yigwanije, akicamwo ibice, none ubwami bwiwe bworama gute? Ibi ndabivuze kuko munyagiriza ko nirukana abadayimoni mu bushobozi bwa Beyelizebuli.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Na Satani, namba yitandukanije ubgiwe, ubgami bgiwe buzorama bute? Kuko muvuga yuko Beyezebuli ari we anshoboza gusenda abadayimoni.

Viz kapitola kopírovat




Luka 11:18

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy