Online Bible

- Reklamy -




Luka 11:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Yesu amenye ivyo bariko bariyumvira, aca ababwira ati: “Ubwami bwose bwiciyemwo ibice buba bugiye gusenyuka. Kandi iyo umuryango wiciyemwo ibice uba ugiye gusambuka.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Na we amenye ivyo biyumvira, arababgira, at’ Ubgami bgose iyo bgitandukanije ubgabgo burahona, n’inzu, iyo yitandukanije, iragwa.

Viz kapitola kopírovat




Luka 11:17

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy