Luka 10:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Nimwasanga abo muri iyo nzu ari abanyamahoro, umuhezagiro wanyu uzoba kuri bo. Atari uko na ho, umuhezagiro wanyu uzobagarukako. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ni yaba irimw’ umunyamahoro, amahoro yanyu azoba kuri we: ni bitāmera birtyo, azobagarukako. Viz kapitola |