Online Bible

- Reklamy -




Luka 10:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

35 Bukeye asokorora idenariyo zibiri azisigarana uwujejwe iyo nzu, amubwira ati: ‘Uwu muntu mumwiteho cane. Ninagaruka nzoriha ayo muzoba mwakoresheje arenga kuri aya.’

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 Bukeye agoborora idenariyo zibiri, aziha nyen’ indāro, at’ Umurwaze, kand’ ivy’ uzotanga vyose birenze ivyo ni nagaruka nzobikwishura.

Viz kapitola kopírovat




Luka 10:35

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy