Luka 10:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Hanyuma haca Umulewi na we nyene aramubona, ariko aca aca kure yiwe ku rundi ruhande rw’inzira, arireganira. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Kandi n’Umulewi ahashitse agira kuno, amubonye aca i ruhande. Viz kapitola |