Online Bible

- Reklamy -




Luka 10:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Mu kumwishura ico kibazo, Yesu amubwira ati: “Habaye umugabo w’Umuyuda yariko aramanuka ava i Yerusalemu aja i Yeriko, hanyuma agwa mu maboko y’abambuzi. Bamwambura ivyo yari afise vyose, baramukubita, bamusiga ari hafi gupfa.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Yesu aramwishura, ati Hābaye umuntu yar’ avuye i Yerusalemu, arikw aramanuka aja i Yeriko, agwa mu bambuzi, baramukoba, baramukubita, barīgīra, basiga ashigaje gatoya agahwera.

Viz kapitola kopírovat




Luka 10:30

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy