Luka 10:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 ‘N’umukungugu wo mu gisagara canyu uri ku birenge vyacu turawukunkumuye kugira ngo bibabere icagiriji, ariko mumenye neza ko Ubwami bw’Imana bubegereye.’ Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 muti N’umukungugu wo mu gisagara canyu, ufashe mu birenge vyacu, turawubakunkumuriye: ariko mumenye iki, yuk’ ubgami bg’Imana buri hafi. Viz kapitola |