Ivyahishuwe 1:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 na we ashingira intahe ivyo yabonye vyose ku bijanye n’ijambo ry’Imana n’intahe ya Yesu Kristo. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 yashingiye intahe ivyo yabonye vyose, ni vyo jambo ry’Imana, no gushinga intahe kwa Yesu Kristo. Viz kapitola |