Online Bible

- Reklamy -




Galatiya 1:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Ariko, naho yoba twebwe, canke umumarayika avuye mw’ijuru, akaza ababwira Ubutumwa butandukanye n’ubwo twababwiye, umuvumo w’Imana ube kuri we!

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Ariko naho yoba ari twebge cank’ umumarayika avuye mw ijuru, ababarira ubutumwa bunyuranye n’ubgo twababariye, arakavumwa.

Viz kapitola kopírovat




Galatiya 1:8

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy