Galatiya 1:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Uwo Kristo ni we yatanze ubugingo bwiwe ku bw’ivyaha vyacu, nk’uko Imana Data wa twese yari yarabigomvye, kugira ngo adukize iki gihe kibi turimwo. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 yitangiye ivyaha vyacu, ngw aturokore mur’ iki gihe kibi ca none, nk’ukw Imana yacu yagomvye, ni yo Data we twese. Viz kapitola |