Galatiya 1:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Nta yindi ntumwa twabonanye, kiretse Yakobo mwene nyina w’Umwami wacu. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Ariko mu zindi ntumwa nta wundi nabonye, atari Yakobo, mwene nyina w’Umwami Yesu. Viz kapitola |