Galatiya 1:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 kandi sinabanje kuduga i Yerusalemu kubaza ababanje kuba intumwa imbere yanje, ahubwo naciye nja muri Arabiya, mu nyuma ngaruka i Damasiko. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 kandi sinadūze i Yerusalemu ku bantanguriye kuba intumwa, ariko nagiye muri Arabiya, kandi hanyuma nsubira i Damasiko. Viz kapitola |